×
INSIGURO YA QOR'ANI NTAGATIFU MU RURIMI RW'IKIRUNDI
Rundi

INSIGURO YA QOR'ANI NTAGATIFU MU RURIMI RW'IKIRUNDI

Amasomo: 1,919

Insobanuro

بيان معاني القرآن الكريم باللغة الكيروندية QOR'ANI NTAGATIFU, NI IGIKI Qor'ani ntagatifu, ni amajambo y'Imana Allah, Umubungabunzi Rurema w'ibiremwa vyose, Yayimanuriye uwahetuye Abavugishwamana n'Intumwa, Muhamadi (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah). Iyo Qor'ani yamanuwe kugira imenyeshe ibiremwa ihangiro ry'iremwa ryavyo, ibirongore ku bikorwa birimwo imvo z'uguhimbarwa kwavyo mu buzima bwo kw'isi no mu bw'inyuma yo gupfa, iheze ibirokore mu magorwa yamaho mu nyuma yo gupfa. Qor'ani ntagatifu rero, ni co Gitabu camanuwe mu nyuma mu Bitabu vyamanuwe n'Imana Allah, kugira ishimangire ukuri kuri muri vyo, yongere isubirize amabwirizwa yavyo mu gushinga ayandi. Qor'ani ntagatifu, ni icemezo n'igitangaro bizokwamaho, vyemeza ubutumwa bw'Intumwa y'Imana Muhamadi (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), Imana Allah Yahigishije abantu n'Amajini ko vyozana amajambo ameze nkayo, n'aho coba ari igisomwa kimwe gusa, biraheza birananirwa. Iminwe y'abahindagura amajambo, ntirashika aho yohindura na kimwe muri yo kuva aho imanuriwe. Haraheze rero ikiringo kirenga ibinjana 14 imanuwe, kira noneho izoguma ibungwabunzwe icungerewe n'ururimi rw'icarabu yamanuwemwo, aho Imana Allah ari Yo Yonyene Yishinze kuyicungera ngo ntivogerwe n'abayihindagura gushika ku musi w'iherezo. Qor'ani ntagatifu, ni ryo tegeko rya mbere ry'ubwislamu, ikaba n'ibwirizwa ngenderwako ryisungwa mu gutunganya ubuzima bwa kiremwa-muntu mu bihe vyose n'aho ari ho hose; irarikira abantu ukwiyeregereza Imana Allah mu kuyisenga Itabangikanijwe na kimwe, kuko ari Yo Yonyene Rurema; igatomorera kiremwa-muntu ico cose akeneye kumenya ku vyerekeye Imana Rurema Allah, hamwe n'idini ry'ukuri ico kiremwa gitegerezwa gukurikira, kinamenye n'intango y'iremwa ry'isi n'ijuru n'ibiri muri vyo, hatibagiwe iremwa ry'umuntu. Iranavuga ku vyerekeye ibinyegejwe ibiremwa, muri kahise no muri kazoza, ku vyererekeye kahise n'amateka y'Abavugishwamana (ba nyakugira amahoro y'Imana Allah), ukuntu Imana Allah Yabateye ingoga bakanesha abansi babo bagahona. Muri Qor'ani harimwo kandi amategeko ngenderwako ku bijanye no gutunganya amasengesho n'umubano mwiza mu bantu, mu bijanye n'amasezerano abantu bagiriranira hagati yabo mu gutunganya ivyerekeye ubuzima bwa misiyose. Bitayeko, harimwo n'amategeko ngenderwako ku bijanye no gutsimbataza inyifato n'ingeso nziza hamwe no kwihanikiriza inyifato n'ingeso mbi mu bantu. Qor'ani kandi iratomora neza na neza ko mu buzima bw'inyuma yo gupfa, iherezo. ry'ibiremwa rizoba ari mu Bwami bw'ijuru bwagenewe abemeramana, canke rikaba ari mu muriro udahera wagenewe abagenzwa n'akarenganyo kw'isi be n'abagarariji. Mu kwerekana rero akamaro gahambaye k'iki Gitabu Imana Allah Yamanuye mu rurimi rw'icarabu, Igategeka ko gishikirizwa ibiremwa vyose, turahimbawe no kugushikiriza ewe musomyi w'ikirundi, insiguro ya Qor'ani ntagatifu mu rurimi rwawe, kugira woroherwe n'ukugitahura, maze ushobore na we kugishikiriza abandi. Ni ukuri, umugwi wagiteguye, waritaye ku rutare kugira utahure insobanuro ya Qor'ani, uheze uyisigure mu kirundi, n'aho bizwi ko urugero rwose umuntu yogezako mu gusigura neza, rudashobora guhetura insiguro zimbitse ziri muri Qor'ani yamanuwe ari igitangaza mu kuntu yubatse, mu buryo burengeye kure n'iyo ubushobozi bwa kiremwa-muntu. Uwoshaka rero kumenya ibirenzeko mu nsiguro zimbitse gusumba ziri muri Qor'ani ntagatifu, twomuhanura ko yokwiga nantaryo icarabu yamanuwemwo, co soko ry'ubumenyi bwayo. Uwipfuza gusoma iyi nsiguro ya Qor'ani, arashobora guca ku buryo bwa (QR) kugira ashobore kuyisoma mu rurimi rwiwe rw'ikirundi. Turahimbawe rero n'ukwakira intererano y'ivyiyumviro vyanyu mu ntumbero yo kuryohora insiguro ya Qor'ani, mubicishije ahagenewe intererano y'ivyiyumviro, imbere ya Aayah, ku rubuga ngurukanabumenyi rwagenewe Qor'ani ntagatifu: Sheikh Gihete Yusufu , موسوعة القرآن الكريم , www.islamic-invitation.com

Indimi ziboneka

‎Balochi — بلوچی‎ تفسير القرآن الكريم‎ ‎Balochi — تَرَجمَه ءُ رچَانكك ءُ تَفْسِير قُرآن كَريم مَان بَلوچى زبانءَ‎ ‎Uzbek — Қуръони карим маъноларининг ўзбекча баёни‎ ‎Avar — Хирияб Кьурьан Ва гьельул Таржама ва тафсир МагIарул мацIалда ‎ ‎Bulgarian — ПРЕВОД НА СВЕЩЕНИЯ КОРАН НА БЪЛГАРСКИ ЕЗИК‎ ‎Macedonian — Превод на значењата на Благородниот Куран на македонски јазик ‎ ‎Russian — СМЫСЛОВОЙ ПЕРЕВОД СВЯЩЕННОГО КОРАНА НА РУССКИЙ ЯЗЫК‎ ‎Russian — Перевод смыслов Священного корана на русский язык‎ ‎Ukrainian — преславний Коран Переклад смислів українською мовою‎ ‎Belarusian — СВЯТЫ КАРАН - Пераклад на беларускую мову Аляксея Ісмаіла Крыўцова - Кананічная рэдакцыя Давуда Радкевіча‎ ‎Ingush — Сийдолча КъорIан тафсир, гIалгIай метта ‎ ‎Kyrgyz — ыйык кyраан‎ ‎Kyrgyz — Куран аяттарынын маанилеринин кыргызча тушундурмесу ‎ ‎Lezgian — Пак Къуръандин манайрин таржума лезги чIалал ‎ ‎Mongolian — Эзэрхэг Алдарт Куран номын утгын монгол орчуулга‎ ‎Serbian — Превод сажетог тумачења Часног Курана на српски језик‎ ‎Tatar — ИЗГЕ КОРЪӘН КӘРИМНЕҢ МӘГЪНӘЛӘРЕН ТАТАР ТЕЛЕНӘ ТӘРҖЕМӘ ИТҮ ‎ ‎Tajik — Қypъoни Kapим вa тapҷyмaи мaъoнии oн Дap pabиши тaфcиpи Myяccap бa 3aбoни тoҷиkӣ‎ ‎Tajik — Шархи маъонии Куръони карим ба забони точикй - Мутарчим: Маркази Рувод-ут-тарчама‎ ‎Kazakh — Священный Коран и перевод его смыслов на казахский язык ‎ ‎Eastern Armenian — ՂՈՒՐ'ԱՆ-Ը ՔԵՐԻՄ ՈՒ ԹԱՐԳՄԱՆՈՒԹՅՈՒՆԸ ԱՐԵՎԵԼԱՀԱՅԵՐԵՆ‎ ‎Western Armenian — ՂՈՒՐ'ԱՆ-Ը ՔԵՐԻՄ ՈՒ ԹԱՐԳՄԱՆՈՒԹԻՒՆԸ ԱՐԵՒՄՏԱՀԱՅԵՐԷՆ‎ ‎Hebrew — הקוראן בלשון אחר סובחי עדוי‎ ‎Hebrew — הקוראן המבורך תרגום משמעויות הקוראן המבורך דאר אלסלאם המרכז להכרת האסלאם כפר קרע (עותק צבעוני) ; תרגום של דאר אל סלאם להצגת האסלאם ‎ ‎Hebrew — הקוראן המבורך תרגום משמעויות הקוראן המבורך דאר אלסלאם המרכז להכרת האסלאם כפר קרע (עותק בשחור לבן) ; תרגום של דאר אל סלאם להצגת האסלאם ‎ ‎Uyghur — قرئان كه ريم‎ ‎URDU — قرآن كريم مع اردو ترجمة و تفسير‎ ‎Turkestan — القرآن الكريم مترجم ومحشى باللغة التركستانية ‎ ‎Arabic — القرآن الكريم بالرسم العثماني وبهامشه مصحف متشابه الآيات ‎ ‎Arabic — مصحف الشمرلي الطبعة المصرية للمصحف الشريف‎ ‎Arabic — القرآن الكريم - مذيلاً بـ "التفصيل الموضوعي" وبهامشه تفسير كلمات القرآن ‎ ‎Arabic — مصحف المدينة النبوية بالخط البارز (برايل)‎ ‎Brahui — قران كريم وترجمه معنى غاتاانا براهوئى زبان تي‎ ‎Dari-dialect-of-Persian — قرآن كريم وترجمه معاني آن به زبان درى‎ ‎Sindhi — قرآن مجيد سنڌي ترجمي سان‎ ‎Sorani-Kurdish — قورئانی پیرۆز له‌گه‌ڵ وه‌رگێڕانی ماناكانی بۆ زمانی كوردی‎ ‎Tamazight — لُقْرَانْ الْعَظِيمْ ذُتَرْجَمْ اَلَّمْعَايْنِيسْ غَاللُّغه اَتْمَازِيغْثْ - اَسْثُقْبَايْلِيثْ‎ ‎Persian — قرآن كريم وترجمة معاني آن بزبان فارسي‎ ‎Persian — ترجمه معانی قرآن کریم بزبان فارسى‎ ‎Sign — ترجمة معاني سورة الفلق وسورة الناس للغة الصم والبكم ‎ ‎Pashto — دَ قران کریم ترجمَه او تفسير په پښتو ژبه كنبي 1 دويم جلد 1-15‎ ‎Pashto — دَ قران کریم ترجمَه او تفسير په پښتو ژبه كنبي 2 دويم جلد 16-30‎ ‎Pashto — دَ قران کریم ترجمَه او تفسير په پښتو ژبه كنبي ‎ ‎Punjabi — ਪਵਤਰ ਕੁਰਆਨ ਦਾ ਪੰਜਾਬੀ ਅਨੁਵਾਦ ਦਾਰੁਸ-ਸਲਾਮ ਪਬਲੀਕੇਸ਼ਨ ਵਲੋਂ ਪ੍ਰਕਾਸ਼ਿਤ‎ ‎Gujari — تفسير سورت اخلاص ‎ ‎Kashmiri — قرآن مجيد ته تميك كاشر تفسير‎ ‎Dogri — पवित्तर कुरान डोगरी अनुवाद ‎ ‎Nepali — पवित्र कुरानको नेपाली अनुवाद‎ ‎Marathi — मराठी भाषेतील नोबल कुराणच्या अर्थांचे भाषांतर‎ ‎Hindi — नोबल कुरान हिन्दी अनुवाद के साथ‎ ‎Hindi — नोबल कुरान हिन्दी अनुवाद के साथ‎ ‎Assamese — ছুৰা আল-ফাতিহা আৰু ছুৰা আল-বাক্বাৰাৰ অসমীয়া অনুবাদ লগতে সংক্ষিপ্ত ব্যাখ্যা‎ ‎Assamese — আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অসমীয়া অৰ্থানুবাদ‎ ‎Bangla — কুরআনুল কারীম (বাংলা অনুবাদ ও সংক্ষিপ্ত তাফসীর)‎ ‎Manipuri — Quran Manipuri‎ ‎Japanese — 日本語の翻訳は、クルアーンの崇高な意味を解説‎ ‎Japanese — 神聖なコーラン 日本語の意味の翻訳‎ ‎Japanese — 聖クルアーンの注釈について 三田 了一(みた りょういち )‎ ‎Japanese — 聖クルアーン日亜対訳注解‎ ‎Czech — Vznešený Korán‎ ‎Gujarati — નોબલ કુરઆનના અર્થો ગુજરાતી ભાષામાં અનુવાદિત કરો ‎ ‎Gujarati — ગુજરાતી ભાષામાં કુરઆન મજીદ નું ભાષાંતર‎ ‎Chinese — 《古兰经》含义的翻译 - 中文翻译 ‎ ‎Chinese — 中文譯解 古蘭經 法赫德國王古蘭經印製廠‎ ‎Chinese — 高贵的《古兰经》含义翻译 - 中文翻译 - ‎ ‎Odia-Oriya — ଅଲୌକିକ କୁରଆନ‎ ‎Tamil — குர்ஆன் - தமிழ் மொழிபெயர்ப்பு‎ ‎Tamil — தமிழ் மொழியில் கண்ணியமிகு குர்ஆனின் பொருள்களின் விளக்கம்‎ ‎Telugu — తెలుగులో దివ్యఖుర్ఆన్ భావం యొక్క అనువాదం క్లుప్తమైన వివరణతో‎ ‎Telugu — దివ్యఖుర్ఆన్ సందేశం‎ ‎Telugu — పవిత్ర ఖురాన్ యొక్క భావార్థాల అనువాదం - తెలుగు అనువాదం - ‎ ‎Kannada — ಆದರಣೀಯ ಖರ್‌ಆನ್ ಹಾಗೂ ಅದರ ಕನ್ನಡ ಅರ್ಥಾನುವಾದ‎ ‎Kannada — ಪವಿತ್ರ ಕುರ್‌ಆನ್ ಅರ್ಥಾನುವಾದ - ಕನ್ನಡ ಭಾಷೆಯಲ್ಲಿ ‎ ‎Malayalam — വിശുദ്ധ ഖുര്ആ ന്‍ സമ്പൂര്ണ്ണ മലയാള പരിഭാഷ‎ ‎Sinhala — අල් කුර්ආනය අම්මා කොටසෙහි අර්ථයන් පරිවර්තනය කරන්න ‎ ‎Sinhala — ශුද්ධ වූ අල්කුර්ආන් අර්ථ විවරණය සිංහල බසින්‎ ‎Thai — อัลกุรอานแปลไทย‎ ‎Burmese — ကုရ်အာန်ကျမ်းမြတ် မြန်မာ ဘာသာပြန် - အတွဲ(၁)၊ - Noble Quran in the Burmese language Vol: 1‎ ‎Burmese — ကုရ်အာန်ကျမ်းမြတ် မြန်မာ ဘာသာပြန် - အတွဲ(၂)၊ - Noble Quran in the Burmese language Vol: 2‎ ‎Burmese — ကုရ်အာန်ကျမ်းမြတ် မြန်မာ ဘာသာပြန် ‎ ‎Georgian — დიდებული კურანის მნიშვნელობის თარგმანი ქართულ ენაზე‎ ‎Amharic — የቅዱስ ቁርአን ትርጉም በአማርኛ ቋንቋዎች‎ ‎Amharic — የክቡር ቁርዓን ትርጉም ( በአማርኛ ቋንቋ ) ‎ ‎Amharic — የታላቁ ቁርኣን መልዕክት ትርጕም ‎ ‎Korean — 성 꾸란의 한국어 번역 및 해설‎ ‎Basaa — Kur-an i lipémba Iôñni ngobol i minlôñ ñwé'i hop' basaa‎ ‎Khmer — គម្ពីគូរ៉ានបកប្រែជាភាសាខ្មែរ‎ ‎Greek — Το Ιερό Κοράνιο και μετάφραση των Εννοιών Του στην Ελλην‎ ‎Acehnese — AL-QUR'AN AL-KARIM DAN TERJEMAHAN BEBAS BERSAJAK DALAM BAHASA ACEH | Translation of the meaning of Quran Acèh ( Acehnese language )‎ ‎Somali — QURAANIKA KARIIMKA Iyo Tarjamada Macnihiisa Ee Afka Soomaaliga ‎ ‎Somali — Qur’aanka Kariimka iyo tafsiir sahlan ee macaanadiisa afka Soomaaliga qaybta 1 ‎ ‎Somali — Qur’aanka Kariimka iyo tafsiir sahlan ee macaanadiisa afka Soomaaliga qaybta 2‎ ‎Qafár-af — Saytun Qhuraan kee kay maqnah tarjamaty Qafar afal tani‎ ‎Afrikaans — DIE HEILIGE QURAN‎ ‎Asante-Twi-Akan — Kuran Nkyerɛase ho nkyirɛkyirɛ wɔ Akan (Asante) kasa muin‎ ‎Azerbaijani — Qurani Kərim və Azərbaycan dilinə mənaca tərcüməsi‎ ‎Azerbaijani — Qurani Kərimin Azərbaycan dilinə mənalarının bəyanı‎ ‎Indonesian — AL QUR'AN DAN TERJEMAHNYA‎ ‎Indonesian — MUSHAF AL-QUR'AN TERJEMAH AL-HAFIDZ‎ ‎Malay — Terjemahan Makna Al Quran Al Karim Ke Bahasa Melayu - Kompleks Percetakan Al-Quran Raja Fahad di Madinah Al Munawwarah ‎ ‎Bambara — ترجمة معاني القرآن الكريم – باللغة بامبارا - بالحرف أنكو ߒߞߏ Translation of the Meanings of THE NOBLE QURAN in the Bambara Language in ߒߞߏ N'ko script‎ ‎Visayan — Pagpasabot sa mga Kahulugan sa Mahimayaong QUR'AN sa Pinulongang Binisaya‎ ‎Norwegian — Koranen på norsk‎ ‎Bosnian — Prevod Kur’ana na bosanski jezik‎ ‎Bosnian — Plemeniti Kur'an Prijevod značenja na bosanski jezik‎ ‎Bosnian — KUR’AN Prijevod (značenja) na bosanski jezik, utemeljen na Ibn Kesirovom tumačenju, i kratki komentar‎ ‎Chewa — QUR'AN YOLEMEKEZEKA yotanthauzidwa m'chichewa ‎ ‎Chewa — QUR’AN YOLEMEKEZEKA yotanthauzidwa m’Chichewa ‎ ‎Chewa — QUR’AN YOLEMEKEZEKA yotanthauzidwa m’Chichewa ndi ( Without Arabic Text )‎ ‎Chewa — Buku Loyera La Kurani - Lomasuliridwa M’Chichewa‎ ‎Shona — QUR’AAN NECHISHONA‎ ‎Yao — QUR’AN JAKUCHIMBICHIKA NI GOPOLELA MÂTE GAKWE M’CHIYAO‎ ‎Dagbani — ALKUR'AANI TIMISILI Mini Di Lebgibu Zaŋ Chaŋ DAGBANLI‎ ‎Danish — KORANEN PÅ DANSK ‎ ‎Danish — KORANEN: Oversættelse af dens meningsmæssige betydning til det danske sprog‎ ‎Dazaga — Tafseer Surat Al-Ghashiyah تفسير سورة الغاشية Dazaga / الدزغا / دازاقا / القرعان ‎ ‎German — Der edle Qur'an und die Übersetzung seiner Bedeutungen in die deutsche Sprache‎ ‎German — Überseteung der Bedeutungen Des edlen Qur'ans in die deutsche Sprache‎ ‎English — THE NOBLE QUR'AN Translation of the Meanings and Commentary‎ ‎English — The Clear Quran - A Thematic English Translation‎ ‎English — The Qur'an English Meanings Revised and Edited by SAHEEH INTERNATIONAL‎ ‎English — Explanation of the Meanings of the Noble Qur’an in the English Language‎ ‎Spanish — EL NOBLE CORAN Y SU TRADUCCION COMENTARIO EN LENGUA ESPAÑOLA‎ ‎Spanish — Traducción de los significados de EL SAGRADO CORÁN en idioma Español‎ ‎Spanish — El Corán, traducción comentada‎ ‎Spanish — EL MENSAJE DEL QUR’AN ‎ ‎Spanish — EL SIGNIFICADO DE LAS ALEYAS DEL CORÁN EN ESPAÑOL LATINO ‎ ‎French — Le Noble Coran et la traduction en langue francaise de ses sens‎ ‎French — Le Qur’ān Traduction du sens de ses Versets‎ ‎French — Le Coran, traduction du sens de ses versets d’après les exégèses ‎ ‎Fula — QUR’AANAARE Teddunde Maniniraande E Haala Fulfulde‎ ‎Samoan — O LE KORANA MAMALU I LE GAGANA SĀMOA‎ ‎Hausa — ALKUR'ANI MAI GIRMA Da Kuma Tarjaman Ma'anõninsa Zuwa Ga Harshen HAUSA‎ ‎Illanun-Iranun — So Qur'an al Karim ago so Kiya pema ana iron ko basa a iranon sa pilimpinas‎ ‎Xhosa — I'KUR'AN EZUKILEYO Inququlela nenqacisa yesi Xhosa‎ ‎Zulu — IKUR'AN EYINGCWELE - IKURAN EYINGCWELE INCAZELO YAMA VESI AKHETHIWE NGESI ZULU‎ ‎Zulu — I-KHUR'AANI ENGCWELE - Ihunyushwe ngesiZulu ye-Noble Qur'an ‎ ‎Italian — TRADUZIONE ITALIANA DEI SIGNIFICATI DEL GENEROSO CORANO A cura di Sheikh Othman‎ ‎Italian — Il Nobile Corano E la traduzione dei suoi significati in lingua italiana‎ ‎Kendayan — Al-Qur'an dan Terjemahnya Bahasa Dayak Kanayatn Dayak Kanayatn (Kendayan) ‎ ‎Rwandian — IBISOBANURO BYA QUR'AN NTAGATIFU MU RURIMI RW'IKINYARWANDA ‎ ‎Swahili — QUR,ANI TUKUFU na tafsiri ya maana yake kwenye lugha ya Kiswahili‎ ‎Kurmanji-Kurdish — ڕاڤەکرنا قوڕئانا پیروز بزمانێ کوردی‎ ‎Lithuanian — Kilniojo Korano reikšmių paaiškinimas lietuvių kalba‎ ‎Luhya — IKURANI INDAKATIFU MULULUHYA ‎ ‎Malagasy — NY BOKY MASINA KOR'ANY AMIN'NY TENY MALAGASY‎ ‎Mooré-Mossi — Alkʋrɑɑn wɑgellã mɑɑnɑ vẽnegr ne moore ‎ ‎Hungarian — A Kegyes Korán értelmi és tartalmi fordítása magyar nyelvre‎ ‎Hungarian — A Kegyes Korán jelentése magyar nyelven‎ ‎Maltese — Il-Qoran Imqaddes‎ ‎Dutch — De vertaling van de betekenis van de Edele Qur'an‎ ‎Dutch — INTERPRETATIE VAN DE BETEKENIS VAN DE HEILIGE KORAN‎ ‎Dutch — Het verklaren van de betekenissen van de Heilige Koran in het Nederlands ‎ ‎Ganda-Luganda — Enzivuunula n'Ennyinyonnyola Ya KURAANE ENTUKUVU ‎ ‎Oromo — HIIKKAA QUR'AANA KABAJAMAA AFAAN OROMOOTIIN‎ ‎Polish — KORAN - Święty Koran - tłumaczenie jego znaczeń na język polski‎ ‎Portuguese — Tradução do sentido do NOBRE ALCORÃO‎ ‎Portuguese — Os Significados dos Versículos do Alcorão Sagrado‎ ‎Portuguese — Tradução do sentido do Nobre Alcorão para a língua portuguesa‎ ‎Portuguese — Explanação dos significados do Nobre Alcorão em português‎ ‎Romanian — TRADUCEREA SENSURILOR CORANULUI CEL SFÂNT ÎN LIMBA ROMÂNĂ‎ ‎Romanian — Traducere în limba română - Coranul - Cu introducere la fiecare capitol și anexe‎ ‎Romanian — Explicarea sensurilor Nobilului Coran în limba română‎ ‎Kirundi — INSIGURO Y’IGITABU GITAGATIFU (( *** QUR’AANI *** )) GISIGUWE MU KIRUNDI.‎ ‎Kirundi — INSIGURO YA QOR'ANI NTAGATIFU MU RURIMI RW'IKIRUNDI ‎ ‎Nkore — Amakuru Ga Kuran Eyekitiinisa Omurunyankore‎ ‎Southern-Sotho — Phetolelo ea KORAN Ka Sesotho‎ ‎Tswana — QUR’AN E E BOITSHEPO - Setswana ‎ ‎Albanian — KUR'AN-i Përkthim me komentim në gjuhën shqipe‎ ‎Albanian — KURANI i madhërishëm‎ ‎Albanian — KURANI I MADHËRISHËM Kuptimet e tij në gjuhën shqipe‎ ‎Slovak — KORÁN Preklad do slovenského jazyka s vysvetlivkami a výkladom‎ ‎Finnish — Pyhä Koraani käännös suomeksi‎ ‎Finnish — JALO KORAANI‎ ‎Swedish — Den Ädla Koranens fem första delar tillsammans med en översättning av deras innebörd på svenska‎ ‎Swedish — DEN ÄDLA KORANEN med översättning av dess versers innebörd på svenska‎ ‎Swedish — DEN ÄDLA KORANEN med översättning av dess versers innebörd på svenska – DEN ÄDLA KORANEN på arabiska‎ ‎Filipino — ANG MGA KAPALIWANAGAN NG AL-QUR’ÂN AL-KAREEM SA MADALI NITONG PAGKAUNAWA (Vol: 1)‎ ‎Filipino — ANG MGA KAPALIWANAGAN NG AL-QUR’ÂN AL-KAREEM SA MADALI NITONG PAGKAUNAWA (Vol: 2)‎ ‎Filipino — Ang Paglilinaw sa Salin ng mga Kahulugan ng Marangal na Qur'ān (sa Wikang Filipino Tagalog)‎ ‎Turkish — Kurân-I Kerim ve Türkçe Açiklamali Meâli‎ ‎Vietnamese — Thiên Kinh Qur'an‎ ‎Vietnamese — Dịch ý nghĩa nội dung Qur'an sang Việt ngữ‎ ‎Yoruba — AL QUR'AN ALAPONLE‎ ‎Yoruba — Àlàyé Ìtúmọ̀ Al-Ƙur’ān Alápọ̀n-ọ́nlé Ní Èdè Yorùbá‎
Kuramo PDF

Sikana kugira ngo ukuremo

Fungura uru rubuga ku gikoresho cyawe cyangwa usikane kode ya QR kugira ngo ukuremo igitabo ako kanya.

https://islamic-invitation.net/downloads/translation_of_the_meanings_of_the_nobl...

+